HOSPITALITE Home » Imvo n'Imvano: Amatora yo muri Kenya hari icigwa asigiye aka karere?

Imvo n'Imvano: Amatora yo muri Kenya hari icigwa asigiye aka karere?

Spread the love
5/5 - (1 vote)
https://youtu.be/MvzbMUC5IAQ
20 Ukw’umunani 2022

Imvo n’imvano y’uyu musi itariki 20 z’ukwezi kw’umunani 2022 yibanda ku matora rusangi yo muri Kenya yabaye itariki 9 z’uku kwezi. Igituma twashimye kwibanda kuri aya matora, dushaka kurabira hamwe nimba hari icigwa ibihugu vyo mu karere k’ibiyaga binini vyokura muri yo, kubera ubudasa bw’ayo matora n’ayabera muri ivyo bihugu…
Kanda ku ifoto ukurikire iki kiganiro

Ignore ce message si tu es déjà membre !


pour poursuivre la lecture et avoir accès à l’ensemble des archives

This will close in 20 seconds

Discover more from RADIO & TV EN LIGNE

Subscribe now to keep reading and get access to the full archive.

Continue reading