Ido n’ido ry’amabi abari ‘intumwa’ za TB Joshua bavuga ko yabakoreye
'Kumurobera' amasugi - Iperereza rya BBC, URTV icyeha iyi nkuru, ryakozwe ku migabane itatu ku bantu bahoze ari abayoboke b’itorero...
'Kumurobera' amasugi - Iperereza rya BBC, URTV icyeha iyi nkuru, ryakozwe ku migabane itatu ku bantu bahoze ari abayoboke b’itorero...
Mw'itangazo ryo ku rubuga rw'ubushikiranganji bw'imigenderanire ya Amerika n'amakungu, Amerika ivuga ko itewe umpungenge n'amajambo ya prezida Ndayishimiye ku bantu...
Lit en français Imisozi Shinge na Rugero iherereye mu ntara ya Kirundo Usibye kuba "Kubura Shinge na Rugero" bisobanurwa ngo:...
Stanley Kakubo wari minisitiri w’ububanyi n’amahanga wa Zambia yeguye kuri uwo mwanya nyuma y’uko bivuzwe ko yafashwe amashusho arimo kwakira...
Abakandida perezida batanu bahatanira umwanya w’umukuru w’igihugu muri DR Congo bahamagariye imyigaragambyo kuri uyu wa gatatu yo kwamagana “amatora y’uburiganya”...
Faustin Twagiramungu, wapfiriye mu Bubiligi ku wa gatandatu ku myaka 78, azwi nk'umunyapolitiki utararyaga iminwa mu kwamagana ibyo yafataga nk'akarengane...
Inkofero yambawe n'umwami w'abami Napoléon Bonaparte igihe yatwara ingoma y'Ubufaransa mu kinjana ca 19 yagurishijwe imiriyoni 1.9 z’ama-euro mu camurana...
Sentare ya gisirikare muri Uganda yashitse ku ngingo ko intwazangabo zibiri zagirwa no kuba abanyabwoba igihe intagondwa za Islam zatera...
Perezida wa Malawi Lazarus Chakwera yahagaritse by'ako kanya ingendo zose zo mu mahanga ze n'iz'abandi bategetsi bose bo muri guverinoma....
Reta ya Tanzania yemeje urupfu rw'umunyeshure yanyururijwe mu gitero ca Hamas kuri Israel. Clemence Felix Mtega w'imyaka 22, n'umwe mu...