PAM Ivuga ko Yarengewe n'Ubwinshi bw'Impunzi z'Abakongomani muri Malawi
Ibigo vya ONU muri Malawi bivuga ko ubwinshi bw’impunzi zihunga intambara muri Repuburika ya demokarasi ya Kongo bwatumye ibifungurwa bikeha...
Basomyi beza, tubanje kubakengurukira mwese. Ni ikinti kininiya kuba mufata umwanya wanyu muza ngaha gusoma. URTV twizeye ko murajyohegwa.
Ibigo vya ONU muri Malawi bivuga ko ubwinshi bw’impunzi zihunga intambara muri Repuburika ya demokarasi ya Kongo bwatumye ibifungurwa bikeha...
Amafranga ukwiriye kwirinda namba ushaka kuganza mukarere k'ubutunzi. Ariko kandi ubona ataco ay'amajambo 7 y'ubwenge akumariye wirenganire k'uko mwenayo ayakeneye....
Hariko harakorwa amatohoza yo kumenya icateye uwo muriro kuri iryo shure ry'abagendana ubumuga bwo kutabona rya Salama Abana 11 bahitanywe...
Minisiteri y’ubutegetsi, iterambere, n’umutekano yatangaje ko Abarundi babujijwe kujya muri Serbia nubwo baba bafite ibyangombwa byose bisabwa. Amashusho y'abaheze ku...
Abarundi bababa amajana abiri bagizwe n'abana, abagore n'abagabo bamaze hafi indwi zibiri muri 'transit' y'ikibuga c'indege ca Instanbul muri Turkia,...
UN/ONU ivuga ko abantu benshi bamaze guta izabo kubera imigwano iriko ibera muri Rutshuru, harimwo n'abamaze guhungira muri Uganda. Abarwanyi...
Ifoto ya Dimorphos yafashwe n'ikigendajuru Dart amasegonda macye mbere y'uko cyihonda kuri iyi asteroidIkigo cy'Amerika cy'ubushakashatsi mu isanzure, NASA, cyavuze...
Abarwayi mu bitaro vyo muri Tigray nta miti baronka kandi nta bikoresho basanga ku bitaro iyo bagiye kwivuzaIkena ry’imiti y’ibanze...
Korea ya Ruguru ivuga ko urukurikirane rw’ibisasu vya misire iherutse kurasa kwari “ukwigana” igitero ca nikleyeri kuri Korea y’Epfo.Ibi bibaye...
Mu 1998, uwo muntu yarafashwe isanamu ariko aragwana n'igikoko mw'ishambaUmuntu wa nyuma yari asigaye mu mugwi umwe w'abantu b'abasangwabutaka muri...