Umwuka Ukomeje Kuba Mubi Hagati y’Abayahudi n’Abanyepalestina
Ingabo za Isirayeli ziryamiye amajanjaMuri Isirayeli, abashinzwe umutekano bishe abantu batatu bo mu mutwe w'Abanyepalistina witwara gisirikare mu mirwano yabereye...
Basomyi beza, tubanje kubakengurukira mwese. Ni ikinti kininiya kuba mufata umwanya wanyu muza ngaha gusoma. URTV twizeye ko murajyohegwa.
Ingabo za Isirayeli ziryamiye amajanjaMuri Isirayeli, abashinzwe umutekano bishe abantu batatu bo mu mutwe w'Abanyepalistina witwara gisirikare mu mirwano yabereye...
Umunyepalestina arasa ibisasu ku basirikare ba Isirayeli, inyuma y'imyiyerekano yiyama intambara muri Gaza.Abasirikare ba Isirayeli bishe abagore babiri b’abanyepalestina kuri...
Abantu nibura 16 bakomeretse mw'iraswa ryabaye mu gihe c'uruja n'uruza rwinshi mu gituro ca metro i New York.Ku bw'igiporisi, amasasu...
Umushikiranganji wa mbere w'Ubuhindi Narendra Modi na Perezida Joe Biden wa Reta zunze ubumwe za AmerikaPerezida wa Reta zunze za...
Biélorussie irashigikiye Uburusiya muri iyi ntambara ya Ukraine kandi ibi bihugu bibiri vyarakoreye imyimenyerezo ya gisirikare hamwe muri Biélorussie imbere...
Ahatewe RoketiUkraine itangaza ko abantu bagera kuri 50, barimwo abana 5 bishwe mu gitero ca rokete cakozwe mu kibanza ca...
Mykola yahatiwe kuja mu cumba co munsi c'ishure hamwe n'abandi baharurwa mu mirongo bavanywe mu ngo zabo bafatiwe inkoho ku...
Umusirikare wa Ukraine ahagaze ku gifaru catswe AbarusiyaIngabo z'Uburusiya "ziriko ziriyegeranya ziga n'akarere" mu nteguro y'igitero co kwigarurira intara ya...
Ibiziga biboshe vy'abantu mu mabarabara y'i Bucha, hafi y'umurwa mukuru Kyiv, kw'itariki 3/04/2022.Perezida wa Reta zunze ubumwe za Amerika Joe...
Dmitry Peskov, Umuvugizi w’ibiro vya prezida w’UburusiyaUburusiya buvuga ko ingingo y'ibihugu bitari bike vy'i Bulaya y'ukwirukana ababuserukira ititondewe kandi ko...