Abanya-Tanzania baridogera reta ku mpanuka y’indege.

Reta ya Tanzania iriko iranegurwa ku kuba idasanzwe yiteguye guhangana n’impanuka canke akaga.

Igikombe c’isi Qatar 2022: Twigire kuri kahise ibishobora gushika

 Ni iki ibikombe vy’isi vy’imbere y’aha bishobora kutwigisha ku vyo twokwitega muri  Qatar?

DR Congo: FARDC n'indege kabuhariwe yamishe urufaya rw'amasasu kuriM23.

Imirwano yubuye kuwa kabiri hagati y’ingabo za leta na M23 ubwo indege z’intambara za DR Congo zarasaga mu gice kigenzurwa na M23, nk’uko uyu mutwe ubivuga. 

Ukraine's President Says Open to 'Genuine' Negotiations

Ahead of his address to world leaders at a global climate summit on Tuesday, Ukrainian President Volodymyr Zelenskiyy said his country is willing to consider “genuine” negotiations with Russia.

PAM Ivuga ko Yarengewe n'Ubwinshi bw'Impunzi z'Abakongomani muri Malawi

Ibigo vya ONU muri Malawi bivuga ko ubwinshi bw’impunzi zihunga intambara muri Repuburika ya demokarasi ya Kongo bwatumye ibifungurwa bikeha mw’ikambi ya mbere y’impunzi nini muri Malawi.

RETOUR

Ignore ce message si tu es déjà membre !


pour poursuivre la lecture et avoir accès à l’ensemble des archives

This will close in 20 seconds

×