HOSPITALITE Home » Uburundi Bwahimbaje Imyaka 33 y'Amasezerano y’Ubumwe

Uburundi Bwahimbaje Imyaka 33 y'Amasezerano y’Ubumwe

Spread the love
Rate this post

Perezida Evariste Ndayishimiye Asuhuza bamwe mu bayobozi mu BurundiSangiza

Mu Burundi ibirori vyo guhimbaza imyaka 33 irangiye hemejwe amasezerano y’ubumwe bw’abarundi vyabereye ku murwa mu kuru wa politike i Gitega.

Vyatewe iteka n’umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye. Yamenyesheje abarundi n’amakungu ko ubumwe bw’abarundi bwashinze imizi mu Burundi aca aboneraho gusaba abarundi kubutsimbataza.

Umviriza inkuru y’umumenyeshamakuru Désiré Hatungimana.

Mu Burundi Imyaha 33 Iraheze Hemejwe Amasezerano y’Ubumwe

Ignore ce message si tu es déjà membre !


pour poursuivre la lecture et avoir accès à l’ensemble des archives

This will close in 20 seconds

Discover more from RADIO & TV EN LIGNE

Subscribe now to keep reading and get access to the full archive.

Continue reading