Headlines

Yarangije Kaminuza yatangiye mu myaka 71 ishize ntayirangize kubera umusore wamutwaye umutima!

Umukecuru ugeze mu myaka 90 yasoje amashuri ya Kaminuza yatangiye kwiga mu myaka 71 ishize, nyuma y’uko yari yayihagaritse kubera umusore wamutwaye umutima
bahuriye mu rusengero.

CM 2022 : Les statistiques avant France - Maroc

Les Marocains sont imprenables défensivement, contrairement aux Bleus qui ne bénéficient pas non plus d’une immense réussite face aux pays africains en Coupe du Monde. Des chiffres qui invitent à la prudence.

Ukraine: Uburusiya burakariye Papa inyuma yo kuvuga ko ingabo ziva mu nkehwa ari ‘abagome’

Uburusiya bwarakajwe n’amajambo yashikirijwe na Papa aho avuga ko abasirikare bava mu moko amwe y’inkehwa bitwara bunyamaswa gusumba abandi mu ntambara yo muri Ukraine.

Centrafrique ivuga ko indege mvamahanga yateye ingabo zayo

Reta ya Centrafrique ivuga ko indege bitazwi igihugu yavuyemwo yateye ikambi ya gisirikare mu gisagara ca Bossangoa.

COUPE DU MONDE 2022 : OLIVIER GIROUD DEVIENT CO-MEILLEUR BUTEUR DE L’HISTOIRE DE L’ÉQUIPE DE FRANCE

une Rwandaise parmis les arbitres de ce match

RETOUR