Category: KIRUNDI
Basomyi beza, tubanje kubakengurukira mwese. Ni ikinti kininiya kuba mufata umwanya wanyu muza ngaha gusoma. URTV twizeye ko murajyohegwa.
Visi Perezida wa Kenya yegujwe ari mu bitaro
Abasenateri ba Kenya bakuye ku butegetsi Visi Perezida Rigathi Gachagua nubwo atabonetse ngo yiregure ku byo yaregwaga nyuma y’uko umunyamategeko we avuze ko yajyanywe mu …
Hagiye gushirwaho sentare idasanzwe ku mabi akorerwa muri Congo
Umushikirizamanza mukuru wa sentare mpuzamakungu mpanavyaha CPI, Karim Khan avuga ko ashigikiye umugambi wa Republika ya Demokrasi ya Congo yo gushiraho komite ijejwe ishirwaho rya sentare idasanzwe ku vyaha vyakorewe muri ic…
Agahinda k'ubusage bwiwe -umunyamideri wo muri Uganda yabumowe mw'ibohero
Latif Madoi, umunya-Uganda rurangiranwa mu gutumnganya ivyambarwa, yari kw’ishure ryiwe ku wa 13 Rusama igihe igiporisi cinjira muri iyo nyubakwa.
Madoi yatangajwe no kubon…
Burundi: Abavyeyi bariruhutsa ku bw'umugambi wo kugaburira abana ku mashure
Ku wa gatanu mu Burundi hahimbarijwe umusi nyafrika wahariwe gufungurira abanyeshure bo mu mashure y’intango, wahuriranye n’umugambi uzwi mu Burundi nka “cantine scolaire”. Read More
Putin afite impamvu zifatika ya shoje intambara kuri OTAN inyuze kuri Ukrain?
‘Amerika yari yiyemeje ko OTAN itazokwagura akarere ariko bimaze kuba incuro 6’: ng’ibi bimwe mu kiganiro kidasanzwe na Putin
Mu nama n’urwaruka i Kinshasa muri… Abatari bake bakuze bamwumva mu gikino NI NDE gica kw’iradiyo y’igihugu (RTNB), uyu na we si uwundi, ni Adrienne Nahimana (kw’ifoto ya @RTNBurundi). Aciye ku rubuga rwa Fa… Iperereza rya BBC, URTV icyeha iyi nkuru, ryakozwe ku migabane itatu ku bantu bahoze ari ab…Uburundi Bwahimbaje Imyaka 33 y'Amasezerano y’Ubumwe
Ndayishimiye abwira urwaruka rw'Urwanda kutemera kuba 'impfungwa mu karere' ate?
Impanuro ziragwira, aho indongozi ziri kwifatira mu gahanga izindi ndongozi izuba riva. ‘
Ifoto ‘ya mbere’ irerekana ubukana bw’igitero cya drone ya CH-4 ahagenzurwa na M23
UMUBABARO KU BAKUNZI BA NI NDE: Umukinyi Adrienne Nahimana yaraye ashengeye
Ido n’ido ry’amabi abari ‘intumwa’ za TB Joshua bavuga ko yabakoreye
‘Kumurobera’ amasugi –