Category: KIRUNDI
Basomyi beza, tubanje kubakengurukira mwese. Ni ikinti kininiya kuba mufata umwanya wanyu muza ngaha gusoma. URTV twizeye ko murajyohegwa.
Abategetsi b'Uburusiya Ntibazakurikirana Abarwanyi ba Wagner mu Butabera
Urwego rw’igihugu rushinzwe umutekano mu Burusiya kuri uyu wa kabiri rwatangaje ko ruhagaritse iperereza kuri Yevgeny Prigozhin n’abarwanyi b’abaca…
Russia: Imigumuko yahagaze, Wagner yasubiye inyuma
Ya migumuko yari ihanze Perezida Vladimir Putin mu Burusiya yaraye ihagaze inyuma y’aho umukuru wa Wagner Yevgeny Prigozhin ategekeye ingabo ziwe gusubira inyuma.
Yitwa PETERO NKURUNZIZA,akaba agira umwana wa 6 mu bana 8 bavuka ku bavyeyi EUSTACHE_NGABISHA na DOMITILLIE_MINANI,yavutse kuwa 18/12/1964,avukira mu ntara ya NGOZI,i BUYE,akaba yabayeho mu buzima bugoye kuva mu buto bwiwe! U…Russia-Videwo: Raba ingene ama-chars n'abarwanyi ba Wagner bafashe amabarabara ya Rostov!
Ibyo utakeka byaranze umugabo wagiye mu manzaganya , agapfa abantu bose batumva ibyo aribyo: PETERO NKURUNZIZA (IGICE CA MBERE)!
Abarenga 280 bahitanywe n'impanuka ya gari ya moshi mu Buhindi
Abantu nibura 288 nibo bamaze kumenyekana ko bapfuye abarenga 1000 nabo barakomereka mw’isanganya rya gari ya moshi zitatu mu ntara ya Odisha mu Buhindi.
Intambara ya Sudan: 'Ingene nakijije igitari canje gitukura intambara ishushe muri Khartoum'
Wewe uhunze ngo unyage amagara, mu gihe intambara iriko irabica bigacika, wohungana iki?
Intambara y'Uburusiya kuri Ukraine: Papa François ari i Vativano yabwiye Zelensky ko 'asengera amahoro'
Papa François yabwiye umukuru wa Ukraine Volodymyr Zelensky ko adahengeshanya gusengera amahoro inyuma y’aho abo babiri babonaniye ukwa bonyene i Vaticano.
Tshisekedi agomba gukuraho ubutegetsi bwa gisirikare muri Kivu ya Ruguru na Ituri – Amnesty
Amnesty International irasaba abategetsi ba Repubulika ya Demokarasi ya Congo gukuraho ubutegetsi bwa gisirikare bumaze imyaka ibiri mu ntara ya Kivu ya Ruguru na Ituri, bumeze nk’ibihe bid…
Lavrov i Pretoria mu gihe South Africa, China na Russia bigiye gukorana imyitozo ya gisirikare
Minisitiri w’ububanyi n’amahanga w’Uburusiya Sergei Lavrov yageze i Pretoria ku murwa mukuru wa Africa y’Epfo none kuwa mbere aho agiye kugirana ibiganiro n’abategetsi baho.
California: Ukekwaho kwica arashe abantu ni umusaza wo muri Aziya
Police muri California ivuga ko ukekwaho kwica arashe abantu 10 mu nzu yigisha kubyina hafi y’umujyi wa Los Angeles ari umugabo ukomoka muri Aziya w’imyaka 72, nyuma basanze yapfuye mu modo…