Amerika Yafatiye Ibihano Bishasha Abatunzi Begereye Ubutegetsi mu Burusiya
Perezida w'Uburusiya Vladimir Putin haruhande y'umunonotsi Alina Kabaeva mu nama n'umurwi w'akora inkino za Olempike i Kremlin i Moscou, mu...
Basomyi beza, tubanje kubakengurukira mwese. Ni ikinti kininiya kuba mufata umwanya wanyu muza ngaha gusoma. URTV twizeye ko murajyohegwa.
Perezida w'Uburusiya Vladimir Putin haruhande y'umunonotsi Alina Kabaeva mu nama n'umurwi w'akora inkino za Olempike i Kremlin i Moscou, mu...
Abateshejwe ingo zabo bariko bahabwa ibifungurwa na HCR mw'ikambi y'i Kibati, muri Kivu y'uburaruko, kw'itariki ya 2/12/2008Ikigo ca ONU cita...
Bamwe mu basirikare ba MONUSCOReta ya Republika ya demokrasi ya Kongo itegekanya gusubira kwihweza umugambi wo gukura muri ico gihugu,...
Umunyamabanga mukuru wa ONU, Antonio GuterresUmunyamabanga mukuru wa ONU, Antonio Guterres yavuze kuri uyu w’Imana ko ababajwe cane n’abantu babiri...
Ahabereye igitero c'uno munsi ku ya 27/07/2022Amabombe yaturikiye mun bisagara 2 bitandukanye mu bumanuko bwa Somaliya, yahitanye abantu batari musi...
Iyi sanamu yerekana imbere mw'isengero yafashwe inyuma y'ico giteroitaliki 6 Ukwa gatandatu 2022Abantu bitwaje inkoho baraye bagandaguye abantu n’imiburiburi 25...
Abantu barenga 100 bamaze kwandura iyi virusi i Burayi, ku mugabane w'Amerika no muri Australia. Ituma abayanduye bishimashima ndetse bagahinda...
Prezida wa Ukraine Volodymyr Zelenskyy Ukraine itangaza ko iriko iragerageza guhungisha abana, abagoren’abageze mu za bukuru baheze mu gisagara ca...
Mu kiganiro yagiranye n'itororokanirizo ry'amakuru Reuters, umukuru w'igisagara ca Mariupol Vadym Boychenko yavuze ko ubuzima bw'abanyagihugu bazibiriwe muri ico gisagara...
Abategetsi bo mu bihugu vy'Uburengero bavuga ko babona ibimenyetso ko Uburusiya buriko buratorera inyishu ibibazo bimwe bimwe vyabaye inzitizi mu...