Burundi: Abavyeyi bariruhutsa ku bw'umugambi wo kugaburira abana ku mashure
Ku wa gatanu mu Burundi hahimbarijwe umusi nyafrika wahariwe gufungurira abanyeshure bo mu mashure y’intango, wahuriranye n’umugambi uzwi mu Burundi nka “cantine scolaire”. Read More
Umugaba mukuru w'ingabo za Ukraine arateganya impinduka mu buyobozi
Umugaba mukuru w’ingabo za Ukraine yumvikanishije ko azasimbuza bamwe mu bayobozi ba gisirikare bo ku rugamba rwo mu burasirazuba.
Mu bikorwa u Rwanda rukora, rurangwa no kuba ku isonga mu kwakira neza abantu batagira aho baba. Umugani w’umuco nyarwanda uvuga ko aho buri wese yakirwa, bishoboka… Muri iki gihe cy’intambara hagati ya leta ya Congo na M23, n’amakimbirane ya politike hagati y’ubutegetsi bw’u Rwanda na DR Congo, ndetse no mu gihe imirwano irimo gusatira umujyi wa Goma uhana imbibi n’uwa Rubavu mu Rwanda, … Mu nama n’urwaruka i Kinshasa muri… Abatari bake bakuze bamwumva mu gikino NI NDE gica kw’iradiyo y’igihugu (RTNB), uyu na we si uwundi, ni Adrienne Nahimana (kw’ifoto ya @RTNBurundi). Aciye ku rubuga rwa Fa…Ubwongereza buzariha u Rwanda nibura miliyoni £370 mu kohereza abasaba ubuhungiro?
Putin afite impamvu zifatika ya shoje intambara kuri OTAN inyuze kuri Ukrain?
‘Amerika yari yiyemeje ko OTAN itazokwagura akarere ariko bimaze kuba incuro 6’: ng’ibi bimwe mu kiganiro kidasanzwe na Putin
Uburundi Bwahimbaje Imyaka 33 y'Amasezerano y’Ubumwe
Byifashe bite ku mupaka wa Goma na Rubavu?
Liberia: Gusaza ni gusahurwa koko; Perezida mushya yananiwe kurangiza ijambo rye ryo kurahira!
Perezida mushya wa Liberia Joseph Boakai yananiwe kurangiza ijambo rye nyuma yo kurahira maze avanwa kuri ‘podium’ mu muhango wo kurahira.
Ndayishimiye abwira urwaruka rw'Urwanda kutemera kuba 'impfungwa mu karere' ate?
Impanuro ziragwira, aho indongozi ziri kwifatira mu gahanga izindi ndongozi izuba riva. ‘
Ifoto ‘ya mbere’ irerekana ubukana bw’igitero cya drone ya CH-4 ahagenzurwa na M23
UMUBABARO KU BAKUNZI BA NI NDE: Umukinyi Adrienne Nahimana yaraye ashengeye