Category: KINYARDA
Ukraine: Adrien Nimpagaritse wahoze ari impunzi arashaka gufasha izo muri Ukraine uko ashoboye
Seen by: 8,373 Umurundi wahoze ari umpunzi muri Tanzania avuga ko azi akaga impunzi zihura nazo bityo atanze 100Kg by’ibigori ku musaruro we ngo bizashyikirizwe impunzi zo muri Ukraine.Adrien Nimpagaritse wo mu tara ya Ruyigi muri komine Butaganzwa yabwiye ikiganiro Imvo n’Imvano cya BBC Gahuzamiryango ati:“Ndavye impunzi zo muri Ukraine uko zibayeho hanyuma naje nkaba…
Ukraine: Uburusiya bwasabye Ubushinwa inkunga y’ubukungu n’iya gisirikare
Seen by: 11,929 Russia-Ukraine: Ibiganiro birasubukuraAbategetsi ku mpande zombi bemeje ko ibiganiro uyu munsi bisubukura hifashishijwe vídeo, bagerageza gushaka inzira yo guhagarika intambara.Dmitry Peskov, intumwa y’Uburusiya muri ibyo biganiro akaba n’ushinzwe itangazamakuru mu biro bya Perezida Vladimir Putin niwe watangaje ko ibi biganiro bisubukura.Mykhailo Podolyak, intumwa ya Ukraine muri ibi biganiro akaba n’umujyanama wa Perezida…
Ku musi wa 18: ‘Uturere hafi twose twa Ukraine’ twumvikanamwo amabombe
Seen by: 13,375 Iki kinyamakuru candika kiti: “Amafirimbi yo kugabisha avuga hafi mu ntara nka zose za Ukraine”. Abanyagihugu basabwa kwinyegeza badatevye, harimwo no mu gisagara ca Lviv kiri mu burengero bwa Ukraine, hamwe na Poltava – igisagara kiri hagati na hagati mu gihugu aho ibihumbi n’ibihumbi vy’abaherutse kuvanwa mu bisagara vyariko biberamwo intambara bashizwe….
Ibintu bihagaze gute muri Ukraine, Putin yoba ategura kurandura Kyiv?
Seen by: 2,568 Biraboneka ko ukwihangana kwa Perezida Vladimir Putin kuriko kurarangira, Uburusiya bukaba buriko buja ku yindi ntambwe nshasha y’intambara. Ingabo zabwo zegeranije ibirwanisho vyazo rutura, ibikoho bitera ibisasu vya rokete, za ndege zitagira abadereva (drones), ibisasu vya misire, mu micungararo y’ibisagara vya Ukraine, harimwo n’umugwa mukuru Kyiv. Kumbure kugira ngo umuntu atahure ingene…
Ukraine – Russia: Perezida Ramapfoza avuga ko South Africa yasabwe gufasha mu biganiro
Seen by: 2,735 Perezida Cyril Ramaphosa wa Afrika y’Epfo avuga ko igihugu ciwe casabwe kugira uruhara mu biganiro vyo kurangiza intambara hagati y’Uburusiya na Ukraine. Perezida Ramaphoza ntavuga uruhande rwabimusavye, ariko avuga ko yavuganye na Perezida Vladimir Putin w’Uburusiya ku wa kane aho yamusavye ko yogerageza kurondera inyishu iciye mu biganiro. Perezida Ramaphoza yanditse kuri…