KIRUNDI Igisirikare ca Kongo Cemeza ko Cigaruriye Uturere Twari mu Minwe ya M23 April 2, 2022 Spread the love Seen by: 8,757 Rate this post Igisirikare ca RDC mu Bikorwa vyo gukizuraMuri Repubulika ya Demokarasi ya Kongo, ingabo z’igihugu zabohoje imidugudu yari yarafashwe n’inyeshamba za M23. Ariko imirwano irakomeza muri parike ya virunga.Imidugudu ya Chanzu, Runyoni, Disiza, Nyarubara na Tchengerero zabohowe n’ingabo z’igihugu nyuma y’iminsi ibiri iri mu maboko ya M23 mw’ijoro ryo kuwa Gatatu no kuwa Kane mu gitondo.Inkuru duyishikirizwa n’umumenyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika, Ali Darius Assanka uri i Goma. Continue Reading Previous Impunzi za Ukraine: Wa Murundi yemeye kuziha ibigori yaronse abamufasha kubikoraNext Uganda: Abanye-Kongo bari bahungutse basubiye i Bunagana nyuma y'iminsi ibiri Plus d’histoires KIRUNDI Ido n’ido ry’amabi abari ‘intumwa’ za TB Joshua bavuga ko yabakoreye January 8, 2024 FR KIRUNDI Amerika itewe impungenge n'akamo ka prezida w'Uburundi ko kwica abahuza ibitsina babisangiye January 8, 2024 C.Général FR KIRUNDI Inkofero ya Napoléon Bonaparte yagurishijwe imiriyoni 1,9 z’ama-euro i Paris November 20, 2023