Category: KIRUNDI
Basomyi beza, tubanje kubakengurukira mwese. Ni ikinti kininiya kuba mufata umwanya wanyu muza ngaha gusoma. URTV twizeye ko murajyohegwa.
Uganda ivuga ko yivunye igitero ca M23
Seen by: 17,815 Ivyo BBC ducyesha iyi nkuru yabibwiwe n’umuvugizi w’igisirikare ca Uganda, Brigadier Jenerali Felix Kulaigye,
Ukraine: Adrien Nimpagaritse wahoze ari impunzi arashaka gufasha izo muri Ukraine uko ashoboye
Seen by: 8,373 Umurundi wahoze ari umpunzi muri Tanzania avuga ko azi akaga impunzi zihura nazo bityo atanze 100Kg by’ibigori ku musaruro we ngo bizashyikirizwe impunzi zo muri Ukraine.Adrien Nimpagaritse wo mu tara ya Ruyigi muri komine Butaganzwa yabwiye ikiganiro Imvo n’Imvano cya BBC Gahuzamiryango ati:“Ndavye impunzi zo muri Ukraine uko zibayeho hanyuma naje nkaba…
Ku musi wa 18: ‘Uturere hafi twose twa Ukraine’ twumvikanamwo amabombe
Seen by: 13,375 Iki kinyamakuru candika kiti: “Amafirimbi yo kugabisha avuga hafi mu ntara nka zose za Ukraine”. Abanyagihugu basabwa kwinyegeza badatevye, harimwo no mu gisagara ca Lviv kiri mu burengero bwa Ukraine, hamwe na Poltava – igisagara kiri hagati na hagati mu gihugu aho ibihumbi n’ibihumbi vy’abaherutse kuvanwa mu bisagara vyariko biberamwo intambara bashizwe….