Burkina Faso: Blaise Compaore yahoze ari Prezida yaciriwe umunyororo wo guherayo azira igandagurwa rya Sankara
Sankara yishwe afise imyaka 37 amaze gutwara Burkina Faso imyaka ine kuva mu 1983 abanje gutembagaza ubutegetsi. Sentare ya gisirikare...
Basomyi beza, tubanje kubakengurukira mwese. Ni ikinti kininiya kuba mufata umwanya wanyu muza ngaha gusoma. URTV twizeye ko murajyohegwa.
Sankara yishwe afise imyaka 37 amaze gutwara Burkina Faso imyaka ine kuva mu 1983 abanje gutembagaza ubutegetsi. Sentare ya gisirikare...
Abajejwe akarere ka Bunagana muri Uganda bavuga ko benshi mu banye-Kongo bahunze bamaze gushirwa mu nkambiAbajejwe intwaro mu karere ka...
Igisirikare ca RDC mu Bikorwa vyo gukizuraMuri Repubulika ya Demokarasi ya Kongo, ingabo z’igihugu zabohoje imidugudu yari yarafashwe n’inyeshamba za...
Adrien Nimpagaritse avuga yuko azi ingene kuba impunzi bibabazaAdrien Nimpagaritse, umurimyi w'Umurundi yahoze ari impunzi muri Tanzania, agiye kubona uko...
Uburusiya bwabwiye ibihugu vy'amahanga bitakiri "abagenzi" ko bitegerezwa gutangura kuriha gaz mu ma rouble (amafaranga y'Uburusiya) canke naho buyihagarike.Vladimir Putin...
Mu gihe imirwano ivugwa mu buseruko bwa Republika ya Demokrasi ya Kongo hagati ya FARDC na M23, Uganda ihana urubibe...
ADRIEN Nimpagaritse ati: 'ndi umuntu muto cyane, nta jwi mfite ryagera hejuru ryagira icyo rimara kuri iriya ntambara' Impunzi zari...
Amabombe yatewe n'Uburusiya mu bisagara vya Severodonetsk na Rubizhne mu ntara ya Luhansk yasambuye inyubakwa zitari nke anatuma haduka umuriro,...