Category: KIRUNDI
Basomyi beza, tubanje kubakengurukira mwese. Ni ikinti kininiya kuba mufata umwanya wanyu muza ngaha gusoma. URTV twizeye ko murajyohegwa.
Zelensky: Ibintu i Mariupol biracifashe nabi cane
Seen by: 7,848 Uwundi mujenerali w’umurusiya avugwa ko yishwe Icegera c’umukuru w’ikambi y’umunani mu gisirikare c’Uburusiya, Vladimir Petrovich Frolov, yasize ubuzima mu ntambara muri Ukraine, nk’uko bitangazwa n’itororokanirizo ry’amakuru ry’Uburusiya TASS. Aya makuru yemejwe na buramatari wa St Petersburg, Alexander Beglov. Beglov avuga ati: “Vladimir Petrovich Frolov yapfuye nk’intwari mu ntambara n’intagondwa za Ukraine”. Uyu…
Burundi: Adrien Nimpagaritse yemereye imfashanyo impunzi za Ukraine yahatswe kunyuruzwa
Seen by: 9,796 Abimenyesheje abategetsi babivuzeko iki? Adrien Nimpagaritse avuga ko kuva ku musi wa kane itariki 7 z’ukwezi kwa kane yaciye akinjura yasubiye kugaruka muhira ku musi wa mungu itariki 10. Avuga ko yahamagaye Buramatari w’intara ya Ruyigi amusigurira ivyamushikiye uwo na we amusaba ko yoja kwa musitanteri. Ariko ngo nta ho yaroye. Agira…
Mariupol isigaye ari umunyota mu gihe ibitero vy’Uburusiya vyiyongereye
Seen by: 8,774 Mariupol, ‘umutima w’iyi ntambara’ Hari ibimenyetso bibandanya vyiyongera vyerekana ko Uburusiya bushobora kuba buri hafi yo kwigarurira iki gisagara kiri ku nkengera y’inyanja mu bumanuko bwa Ukraine, kimaze amayinga atandatu kiri mu mahano atagira izina. Igisirikare ca Ukraine kivuga ko kibandanya civuna kandi ko “kibandanya kivugana” n’ingabo ziri ku rubuga. Ariko baremera…