Ukraine Ivuga ko Ingabo z’Uburusiya Zimaze Kurwa ku Rugamba ari zo Nyinshi
Prezida wa UkrainePrezida wa Ukraine, Volodymyr Zelenskyy, yatangaje ko ingabo z’igihugu ciwe ziriko ziraba ingene zisambura ibirindiro vy’Uburusiya mu gisagara...
Basomyi beza, tubanje kubakengurukira mwese. Ni ikinti kininiya kuba mufata umwanya wanyu muza ngaha gusoma. URTV twizeye ko murajyohegwa.
Prezida wa UkrainePrezida wa Ukraine, Volodymyr Zelenskyy, yatangaje ko ingabo z’igihugu ciwe ziriko ziraba ingene zisambura ibirindiro vy’Uburusiya mu gisagara...
Igor Konashenkov avuga ko iki gitero kuri iyo ndege cabaye hanze y'igisagara ca Odessa mu bumanuko bushira uburengero bwa UkraineMu...
Kuva mu ndwi nkeya ziheze, Kenya iri mu ngorane y'igitoroAbategetsi ba Kenya bavuga ko bimye uburenganzira bwo gukorera muri ico...
Igisirikare ca Afrika y'Epfo kivuga ko kiriko kirarungika abasirikare barenga 10.000 gufasha mu bikorwa vyo gutabara ibice vy'intara ya KwaZulu-Natal...
Ejobundi hashize kuwa gatandatu, Zelensky yavuze ko ibintu bitifashe neza na gato i MariupolInyuma y'aho ejo ku wa gatandatu Uburusiya...
Nta kintu na kimwe cerekana ko ingabo za Ukraine zirwanira mu gisagara ca Mariupol cugarijwe zihava zishikana ku ngabo z'Uburusiya,...
Adrien Nimpagaritse avuga yuko azi ingene kuba impunzi bibabaAbo bantu bataramenyekana, bari mu modoka ifise imparati ya reta, bamusaba ko...
Iyi sanamu yerekana inzu ya sinema yasambuwe i Mariupol, itewe ikibombe ku wa 16 Ntwarante(3), ikaba yafashwe ku wa 12...
Zelensky avuga ko Uburusiya bumaze gutakaza ibitagira urugero kuva intambara yadukaUmukuru w'igihugu ca Ukraine Volodymyr Zelensky avuga ko ingabo z'Uburusiya...
Abantu bitwaje amabendera ya Ukraine biyamiriza abashigikiye Uburusiya. Imyiyerekano yabereye mu gisagara ca Frankfurt, mu burengero bw'Ubudagi, kw'itariki ya 10/04/2022.Abashigikiye...