Category: KIRUNDI
Basomyi beza, tubanje kubakengurukira mwese. Ni ikinti kininiya kuba mufata umwanya wanyu muza ngaha gusoma. URTV twizeye ko murajyohegwa.
Amerika itewe impungenge n'akamo ka prezida w'Uburundi ko kwica abahuza ibitsina babisangiye
Mw’itangazo ryo ku rubuga rw’ubushikiranganji bw’imigenderanire ya Amerika n’amakungu, Amerika ivuga ko itewe umpungenge n’amajambo ya prezida Ndayishimiye ku bantu b’intege nk…
Irindi bandi mubiyita abakozi b'imana TB Joshua:
‘Umuhanuzi’ w’icyamamare wafataga ku ngufu akica urubozo abayoboke – icukumbura rya BBC ryabisutse hasi.
<...
Inkofero yambawe n’umwami w’abami Napoléon Bonaparte igihe yatwara ingoma y’Ubufaransa mu kinjana ca 19 yagurishijwe imiriyoni 1.9 z’ama-euro mu camurana i Paris mu Bufaransa. Sentare ya gisirikare muri Uganda yashitse ku ngingo ko intwazangabo zibiri zagirwa no kuba abanyabwoba igihe intagondwa za Islam zatera ikambi y’ingabo za Afrika muri Somalia mu kwezi kwa gatanu. …Umubyeyi wafunzwe imyaka 20 ku kwica abana be bane yagizwe umwere!
Katumbi yasubitse kwiyamamaza mu mujyi yari buhuriremo na Tshisekedi
Abakandida babiri bahabwa amahirwe kurusha abandi mu matora ya perezida wa DR Congo none kuwa gatatu byari biteganyijwe ko biyamamariza mu mujyi wa Kananga mu Ntara ya Kasaï-Central.
Igitaramo cya Koffi Olomide muri Kenya kiri mu rujijo kubera ideni
Abamamaza ibitaramo by’umuziki barimo gukangisha kuburizamo igitaramo cyitezwe cyane cy’Umunye-Congo w’icyamamare mu muziki Koffi Olomide, giteganyijwe kuba muri Kenya ku wa ga…
Putin yashitse muri Emirats Zunze Ubumbwe z'Abarabu mu ngendo nke zo mu mahanga
Prezida w’Uburusiya Vladimir Putin yagize urugendo mbonekarimwe mu mahanga muri Emirats zunze Ubumwe z’Abarabu (UAE) bikaba binateguwe ko agendera Arabia Sawudite.
Kubaga abarwayi hejuru ibisasu biturika: Inkuru y’umugangakazi wa mbere abaga muri Gaza
Igihe Sara Al-Saqqa yaheza amashuri yiwe ya kaminuza muri Myandagaro(8), yakoze amateka, aba umugangakazi wa mbere abaga muri Gaza.
Inkofero ya Napoléon Bonaparte yagurishijwe imiriyoni 1,9 z’ama-euro i Paris
Abasirikare ba Uganda birukanywe kubera babaye abanyabwoba muri Somalia